23/05/2026
imitsi
Kur'uyu wa 23/05/2026, Imbonerakure zo muri Cndd-Fdd ZONE Bubanza zazindutse zinonora imitsi mukuzunguruka urubibe rwaho zone igenda ihana urubibe na , , nahandi muntumbere yoguca ahatandukanye kugirango nuwoba yibazako imbonerakure Ari izo baba hamwe gusa amenyeko umuhari w'imbonerakure wagitse,
Inyuma yokwinonora imitsi begeraniye hamwe baragira ico bayaze aho biyumviriye gutegura umusi wogusangirira hamwe nk'imbonerakure ziyo zone muri bwabwe bwabo nazanguvu zabo ,narirya atambonerakure yicaye Bose bari kukivi mubikorwa vyo kwiteza imbere .
Uwutwara muri iyo zone
ahamagarira imbonerakure kugiriranira urukundo,kwitwararika ico gikorwa co gisangirira hamwe,kugamburukira indongozi gukunda sport narirya imbonerakure arizo nguvu zumugambwe , imbonerakure iterezwa kuba yugaye hamwe aho yotumwa hose yohashika vyoroshe Kandi mumwanya muto, agahamagarira abagumyabanga gushigikira umuhari w'imbonerakure