Mrmeict

Mrmeict MINISTERE DES RESSOURCES MINIERES,
ENERGETIQUES, DE L’INDUSTRIE,
DU COMMERCE ET DU TOURISME

𝐄𝐣𝐨 𝐡𝐚𝐡𝐢𝐬𝐞, 𝐔𝐦𝐮𝐬𝐡𝐢𝐤𝐢𝐫𝐚𝐧𝐠𝐚𝐧𝐣𝐢 𝐰’𝐔𝐛𝐮𝐭𝐚𝐫𝐞 𝐧’𝐀𝐠𝐚𝐭𝐚𝐤𝐚, 𝐀𝐦𝐚𝐬𝐨̂𝐤𝐨 𝐍𝐭𝐚𝐧𝐠𝐚𝐧𝐠𝐮𝐯𝐮, 𝐀𝐦𝐚𝐡𝐢𝐧𝐠𝐮𝐫𝐢𝐫𝐨, 𝐔𝐛𝐮𝐝𝐚𝐧𝐝𝐚𝐣𝐢 𝐧’𝐈𝐧𝐠𝐞𝐧𝐳𝐢, 𝐃𝐫. 𝐇𝐚𝐬𝐬𝐚𝐧 𝐊...
06/08/2026

𝐄𝐣𝐨 𝐡𝐚𝐡𝐢𝐬𝐞, 𝐔𝐦𝐮𝐬𝐡𝐢𝐤𝐢𝐫𝐚𝐧𝐠𝐚𝐧𝐣𝐢 𝐰’𝐔𝐛𝐮𝐭𝐚𝐫𝐞 𝐧’𝐀𝐠𝐚𝐭𝐚𝐤𝐚, 𝐀𝐦𝐚𝐬𝐨̂𝐤𝐨 𝐍𝐭𝐚𝐧𝐠𝐚𝐧𝐠𝐮𝐯𝐮, 𝐀𝐦𝐚𝐡𝐢𝐧𝐠𝐮𝐫𝐢𝐫𝐨, 𝐔𝐛𝐮𝐝𝐚𝐧𝐝𝐚𝐣𝐢 𝐧’𝐈𝐧𝐠𝐞𝐧𝐳𝐢, 𝐃𝐫. 𝐇𝐚𝐬𝐬𝐚𝐧 𝐊𝐢𝐛𝐞𝐲𝐚, 𝐲𝐚𝐫𝐚𝐛𝐨𝐧𝐚𝐧𝐲𝐞 𝐧𝐚 𝐍𝐲𝐚𝐤𝐮𝐛𝐚𝐡𝐰𝐚 𝐌𝐨𝐬𝐞𝐬 𝐕𝐢𝐥𝐚𝐤𝐚𝐭𝐢, 𝐚𝐣𝐞𝐣𝐰𝐞 𝐔𝐛𝐮𝐫𝐢𝐦𝐲𝐢, 𝐈𝐭𝐞𝐫𝐚𝐦𝐛𝐞𝐫𝐞 , 𝐔𝐛𝐮𝐭𝐮𝐧𝐳𝐢 𝐛𝐰'𝐈 𝐛𝐢𝐲𝐚𝐠𝐚 𝐧’𝐈𝐛𝐢𝐝𝐮𝐤𝐢𝐤𝐢𝐣𝐞 𝐦𝐮 𝐌𝐮𝐫𝐲𝐚𝐧𝐠𝐨 𝐰’𝐔𝐛𝐮𝐦𝐰𝐞 𝐛𝐰𝐚 𝐀𝐟𝐫𝐢𝐤𝐚 - 𝐂𝐨𝐦𝐦𝐢𝐬𝐬𝐚𝐢𝐫𝐞 𝐚̀ 𝐥’𝐀𝐠𝐫𝐢𝐜𝐮𝐥𝐭𝐮𝐫𝐞, 𝐚𝐮 𝐃𝐞́𝐯𝐞𝐥𝐨𝐩𝐩𝐞𝐦𝐞𝐧𝐭 𝐫𝐮𝐫𝐚𝐥, 𝐚̀ 𝐥’𝐄́𝐜𝐨𝐧𝐨𝐦𝐢𝐞 𝐛𝐥𝐞𝐮𝐞 𝐞𝐭 𝐚̀ 𝐥’𝐄𝐧𝐯𝐢𝐫𝐨𝐧𝐧𝐞𝐦𝐞𝐧𝐭 𝐝𝐮𝐫𝐚𝐛𝐥𝐞 𝐝𝐞 𝐥’𝐮𝐧𝐢𝐨𝐧 𝐚𝐟𝐫𝐢𝐜𝐚𝐢𝐧𝐞 (𝐔𝐀), 𝐧𝐚𝐛𝐨 𝐛𝐚𝐠𝐞𝐧𝐝𝐚𝐧𝐲𝐞 𝐚𝐫𝐢 𝐛𝐨 𝐒𝐢𝐦𝐨𝐧 𝐌𝐚𝐬𝐮𝐤𝐮, 𝐔𝐦𝐮𝐡𝐚𝐧𝐮𝐳𝐢 𝐰𝐢𝐰𝐞, 𝐧𝐚 𝐙𝐚𝐧𝐞𝐥𝐞 𝐁𝐡𝐞𝐦𝐛𝐞, 𝐮𝐦𝐰𝐮𝐧𝐠𝐚𝐧𝐢𝐳𝐢 𝐰𝐢𝐰𝐞.

baraganiriye ku civugo c’Umwaka w’Ubumwe bwa Afrika, na cane cane ugufashanya mu bikorwa vy’Amazi, Isuku n’Isukura (WASH) muri ya ntumbero yo gush*tsa umugambi ukomeye wa Compact WASH 2030 wo gutuma abantu bashika ku bice 90 kw’ijana (90%) baronka amazi meza, isuku n’isukura. Baraganiriye kandi ku ngingo zoshobora gutuma ibikorwa vya WASH binyaruka, no kuzana abanyamitahe benshi n’abigenga mu gisata c’amazi, isuku n’isukura.
Impande zose zarerekanye ko ziha agaciro kanini amazi, nk’itunga k**a rikenewe cane kugira ngo ubuzima bw’abantu bumere neza. Kubera ivyo, bashimangiye ko hakenewe ugufatanya bikomeye kuko ibikorwa vya WASH bisaba intererano y’abafatanyabikorwa mw’ iterambere hamwe n’abikorera utwabo.
Nyakubahwa Moses Vilakati yavuze ko yatangajwe cane n’ukuntu Uburundi bwitwararitse igisata c’amazi cane cane mu kwemeza Itegeko rya WASH. Yanezerejwe no gukomeza ggufashanya no guteza imbere imigambi izofasha kunonosora itermbere rirama ry’amazi, isuku n’isukura.

--------------------------------------------------------------------------
Hier, le Ministre des Ressources Minières, Energétiques, de l’Industrie, du Commerce et du Tourisme, Dr. Hassan Kibeya, a rencontré Son Excellence Moses Vilakati – Commissaire à l’Agriculture, au Développement rural, à l’Économie bleue et à l’Environnement durable de l’union africaine avec sa délégation composée de M. Simon Masuku – Conseiller spécial auprès du Commissaire et Mme Zanele Bhembe – Assistante spéciale auprès du Commissaire.

Au cours des échanges, ils ont réfléchi au Thème de l’Année de l’Union africaine avec un accent partiulier sur la coopération dans le cadre des programmes d’Eau, d’Assainissement et d’Hygiène (WASH), avec pour objectif partagé d’appuyer le pays dans la réalisation de son ambitieux Compact WASH 2030 visant à donner accès à plus de 90 % de la population à l’eau potable. Ils ont discuté des stratégies permettant d’accélérer la mise en œuvre des initiatives WASH et d’attirer davantage d’investissements du secteur privé dans les services d’eau et d’assainissement.

Les deux parties accordent une importance particulière à l’eau, ressource naturelle essentielle qui soutient les moyens de subsistance, la santé publique et le développement économique du pays. A cet égard, ils ont souligné la nécessité de partenariats solides, reconnaissant que l’atteinte de résultats durables en matière de WASH requiert à la fois l’appui des partenaires au développement et une participation accrue du secteur privé.

Son Excellence Moses Vilakati a été particulièrement impressionné par l’engagement du Burundi à faire de la gestion de l’eau et des ressources hydriques une priorité de son agenda national de développement, notamment à travers l’adoption de la Loi WASH. Il se réjouis de renforcer la collaboration et de promouvoir des initiatives qui contribueront à améliorer la sécurité hydrique, l’assainissement et le développement durable au bénéfice du peuple.

05/08/2026
05/08/2026
𝐀𝐮𝐝𝐢𝐞𝐧𝐜𝐞 𝐞𝐧𝐭𝐫𝐞 𝐥𝐞 𝐌𝐢𝐧𝐢𝐬𝐭𝐫𝐞 𝐝𝐮 𝐌𝐑𝐌𝐄𝐈𝐂𝐓 𝐞𝐭 𝐥’𝐀𝐦𝐛𝐚𝐬𝐬𝐚𝐝𝐞𝐮𝐫 𝐝𝐞 𝐥𝐚 𝐑𝐞́𝐩𝐮𝐛𝐥𝐢𝐪𝐮𝐞 𝐩𝐨𝐩𝐮𝐥𝐚𝐢𝐫𝐞 𝐂𝐡𝐢𝐧𝐞 𝐚𝐮 𝐁𝐮𝐫𝐮𝐧𝐝𝐢 Le Ministre des Ress...
03/08/2026

𝐀𝐮𝐝𝐢𝐞𝐧𝐜𝐞 𝐞𝐧𝐭𝐫𝐞 𝐥𝐞 𝐌𝐢𝐧𝐢𝐬𝐭𝐫𝐞 𝐝𝐮 𝐌𝐑𝐌𝐄𝐈𝐂𝐓 𝐞𝐭 𝐥’𝐀𝐦𝐛𝐚𝐬𝐬𝐚𝐝𝐞𝐮𝐫 𝐝𝐞 𝐥𝐚 𝐑𝐞́𝐩𝐮𝐛𝐥𝐢𝐪𝐮𝐞 𝐩𝐨𝐩𝐮𝐥𝐚𝐢𝐫𝐞 𝐂𝐡𝐢𝐧𝐞 𝐚𝐮 𝐁𝐮𝐫𝐮𝐧𝐝𝐢

Le Ministre des Ressources Minières, Energétiques, de l’Industrie, du Commerce et du Tourisme (MRMEICT), Dr. Hassan KIBEYA, a reçu en audience, ce lundi 3 mars 2026, Son Excellence Madame Zhu Kewei, Ambassadeur de la République Populaire de Chine au Burundi, venue lui rendre une visite de courtoisie.

Au cours de cette rencontre, plusieurs thématiques majeures ont été abordées dans le cadre du renforcement de la coopération bilatérale dans un esprit de partenariat gagnant gagnant, notamment le secteur des minerais et de l’énergie, le commerce et l’investissement, la participation aux forums majeurs, des véhicules électriques et des nouvelles technologies.

𝐂𝐡𝐚𝐥𝐞𝐮𝐫𝐞𝐮𝐬𝐞 𝐛𝐢𝐞𝐧𝐯𝐞𝐧𝐮𝐞 𝐚̀ 𝐌𝐨𝐧𝐬𝐢𝐞𝐮𝐫 𝐥𝐞 𝐒𝐞𝐜𝐫𝐞́𝐭𝐚𝐢𝐫𝐞 𝐆𝐞́𝐧𝐞́𝐫𝐚𝐥 𝐝𝐞 𝐥𝐚 𝐙𝐨𝐧𝐞 𝐝𝐞 𝐋𝐢𝐛𝐫𝐞‑𝐄𝐜𝐡𝐚𝐧𝐠𝐞 𝐂𝐨𝐧𝐭𝐢𝐧𝐞𝐧𝐭𝐚𝐥𝐞 𝐀𝐟𝐫𝐢𝐜𝐚𝐢𝐧𝐞 (𝐙𝐋𝐄𝐂𝐀𝐟) ,...
03/08/2026

𝐂𝐡𝐚𝐥𝐞𝐮𝐫𝐞𝐮𝐬𝐞 𝐛𝐢𝐞𝐧𝐯𝐞𝐧𝐮𝐞 𝐚̀ 𝐌𝐨𝐧𝐬𝐢𝐞𝐮𝐫 𝐥𝐞 𝐒𝐞𝐜𝐫𝐞́𝐭𝐚𝐢𝐫𝐞 𝐆𝐞́𝐧𝐞́𝐫𝐚𝐥 𝐝𝐞 𝐥𝐚 𝐙𝐨𝐧𝐞 𝐝𝐞 𝐋𝐢𝐛𝐫𝐞‑𝐄𝐜𝐡𝐚𝐧𝐠𝐞 𝐂𝐨𝐧𝐭𝐢𝐧𝐞𝐧𝐭𝐚𝐥𝐞 𝐀𝐟𝐫𝐢𝐜𝐚𝐢𝐧𝐞 (𝐙𝐋𝐄𝐂𝐀𝐟)

, le 3 août 2026 — Monsieur le Secrétaire Général de la Zone de libre‑échange continentale africaine (ZLECAf), Wamkele Mene accompagné de sa délégation, a été reçu par le Ministre des Ressources Minières, Energétiques, de l'Industrie, du Commerce et du Tourisme, Dr. Hassan KIBEYA.

Cette visite constitue une occasion privilégiée de renforcer le dialogue entre le Secrétariat de la ZLECAf, les institutions nationales et les acteurs du secteur privé. Les échanges ont permis d’apprécier les progrès réalisés, d’identifier les défis qui subsistent et d’explorer ensemble les voies susceptibles d’accélérer la pleine mise en œuvre de la ZLECAf, notamment à travers la création des profils pays pour des projets nécessitant l’appui des partenaires.

Convaincu que la ZLECAf constitue un puissant levier de transformation économique, le Burundi poursuit les réformes nécessaires pour favoriser une participation accrue des entreprises burundaises au commerce intra‑africain pour tirer pleinement parti des opportunités offertes par la ZLECAf, qui accompagne les Etats parties dans la mise en œuvre effective d’intégration économique continentale.

Le Ministre a souhaité à la délégation un excellent séjour au Burundi.
Présidence - République du Burundi
Akeza.net Mashariki TV Radio-Télévision Isanganiro RTI Radio Voix d'Espoir - Ijwi Riremesha

Kw'igenekerezo rya 29 mukakaro, inyigisho  zogukarihiriza ubwenge abakozi bo mubushikiranganji muvyo bujejwe harimwo ubu...
02/08/2026

Kw'igenekerezo rya 29 mukakaro, inyigisho zogukarihiriza ubwenge abakozi bo mubushikiranganji muvyo bujejwe harimwo ubutare, abakozi bomugisata cogucukura amabuye yagaciro hamwe nabayobozi bo muntara zarabandanije. Barishikiye kurubuga aho bashoboye kwibonera ingene bomenya aho cokurwa ubutare namakariyeri, no ku muhingamo wa 30 mukakaro barash*tse kurubuga barabona ibimenyetso vyaho ubutare bwova.

Abigisha banonosoye ivyigwa vyubutare mugisata ça géologie muri kaminuza y'uburundi nibo bariko barafasha muri izo nyigisho ivyo bikaba biri mu masezerano ari hagati ya kaminuza y'uburundi n'ubushikiranganji bw'ubutare .

𝐔𝐫𝐮𝐠𝐞𝐧𝐝𝐨 𝐫𝐰'𝐮𝐦𝐮𝐬𝐡𝐢𝐤𝐢𝐫𝐚𝐧𝐠𝐚𝐧𝐣𝐢 𝐦𝐮 𝐦𝐚 𝐜𝐨𝐦𝐦𝐮𝐧𝐞 𝐲𝐚 𝐑𝐮𝐲𝐢𝐠𝐢 𝐧𝐚 𝐁𝐮𝐭𝐢𝐡𝐢𝐧𝐝𝐚Muntumbero yo kwirabira uko ama coopératives ari mu gis...
02/08/2026

𝐔𝐫𝐮𝐠𝐞𝐧𝐝𝐨 𝐫𝐰'𝐮𝐦𝐮𝐬𝐡𝐢𝐤𝐢𝐫𝐚𝐧𝐠𝐚𝐧𝐣𝐢 𝐦𝐮 𝐦𝐚 𝐜𝐨𝐦𝐦𝐮𝐧𝐞 𝐲𝐚 𝐑𝐮𝐲𝐢𝐠𝐢 𝐧𝐚 𝐁𝐮𝐭𝐢𝐡𝐢𝐧𝐝𝐚

Muntumbero yo kwirabira uko ama coopératives ari mu gisata c’ubutare ariko arangura imirimo yayo, Umushikiranganji mu vyo ajejwe harimwo ubutare n’agataka yaragendeye ama coopératives atandukanye yo mu ntara ya Buhumuza, mu ma commune ya na , ku ma genekerezo ya 30 na 31 Mukakaro 2026.

Amaze kuyagendera, yaboneyeho akaryo ko kugirisha inama abaserukira abandi mu ntumbero yo kumva ibibazo bahura na vyo mu mirimo ya minsi yose.

Umushikiranganji yabasavye kwitunganya no gukoresha uburyo bugezweho, kandi bisunze amategeko abagenga, bitume baterera biboneka muri ya mbonakazoza y'igihugu cacu. Yarasubiye kubibutsa ko ubutare ari ubwa Leta, ari na co gituma bukwiye gufasha abenegihugu bose ata n’umwe avuyemwo.

Yarangije abemereye ko Leta atako itazogira kugira ibandanye ibafata mu mugongo. Yabamenyesheje kandi ko azobandanya abagendera, ko n’inama y’abose bagengwa n’ico gisata itegekanijwe mu minsi ya vuba .

✨𝐈𝐛𝐢𝐫𝐨𝐫𝐢 𝐛𝐢𝐡𝐢𝐦𝐛𝐚𝐲𝐞 𝐯𝐲𝐨 𝐠𝐮𝐬𝐡𝐢𝐤𝐢𝐫𝐢𝐳𝐚 𝐢𝐦𝐩𝐚𝐩𝐮𝐫𝐨 𝐦𝐩𝐮𝐳𝐚𝐦𝐚𝐤𝐮𝐧𝐠𝐮 𝐳’𝐢𝐛𝐢𝐩𝐢𝐦𝐨 𝐧𝐠𝐞𝐧𝐝𝐞𝐫𝐰𝐚𝐤𝐨 𝐳’𝐮𝐛𝐮𝐳𝐢𝐫𝐚𝐧𝐞𝐧𝐠𝐞 𝐤𝐰’ 𝐢𝐬𝐡𝐢𝐫𝐚𝐡𝐚𝐦𝐰𝐞 𝐈𝐓𝐑𝐀𝐏𝐀𝐂𝐊.K...
31/07/2026

✨𝐈𝐛𝐢𝐫𝐨𝐫𝐢 𝐛𝐢𝐡𝐢𝐦𝐛𝐚𝐲𝐞 𝐯𝐲𝐨 𝐠𝐮𝐬𝐡𝐢𝐤𝐢𝐫𝐢𝐳𝐚 𝐢𝐦𝐩𝐚𝐩𝐮𝐫𝐨 𝐦𝐩𝐮𝐳𝐚𝐦𝐚𝐤𝐮𝐧𝐠𝐮 𝐳’𝐢𝐛𝐢𝐩𝐢𝐦𝐨 𝐧𝐠𝐞𝐧𝐝𝐞𝐫𝐰𝐚𝐤𝐨 𝐳’𝐮𝐛𝐮𝐳𝐢𝐫𝐚𝐧𝐞𝐧𝐠𝐞 𝐤𝐰’ 𝐢𝐬𝐡𝐢𝐫𝐚𝐡𝐚𝐦𝐰𝐞 𝐈𝐓𝐑𝐀𝐏𝐀𝐂𝐊.

Ku wa gatanu igenekerezo rya 31 Mukakaro 2026, mu gisagara ca Bujumbura, habaye ibirori vyo gushikiriza ishirahamwe ITRAPACK impapuro zitatu mpuzamakungu z’ibipimo ngenderwako z’ubuziranenge: ISO 9001:2015, ISO 14001:2015 na ISO 45001:2018.

Ibirori vyatanguwe n’ukugendura ibikorwa vy’ishirahamwe, aho abari bitavye ico gikorwa babonye intambwe zinyuranye zikorwa kugira umufuko uboneke.

Umwunganizi w’Umushikiranganji w’Ubutare n’Agataka, Amasôko ntanganguvu, Amahinguriro, Ubudandaji n’Ingenzi yari yaserukiye Umushikiranganji, NSHIMIRIMANA Pacifique, yamenyesheje ko ivyo babonye muruganda rwa ITRAPACK vyabanezereje. Yakeje iryo shirahamwe, arongera atera intege abakozi n’abayobozi baryo. Yamenyesheje ko Leta y’Uburundi ikunda kandi ishimira abakozi, ikabashigikira mu turusho twose bahabwa n’amategeko nkuko basanzwe babibona.

ITRAPACK ryashimiwe cane ku ruhara rwo guterera mw’iterambere:
🏭 Ryatanze akazi ku bakozi barenga 550 bafise amasezerano yamaho (CDI).
👨‍🔧Ryongera gutanga akazi ku bakozi barenga 230 bakora ku musi ku musi.
💼 Abadandaza bakuru bagura imifuko muri bakayigurisha ku badandaza bato bato, bose bakaronka inyungu ibafasha kubeshaho imiryango yabo.

Mu kiringo c’imyaka itanu gusa, ITRAPACK yaronkejwe impapuro zitatu mpuzamakungu z’ibipimo ngenderwako z’ubuziranenge, arizo:
✅ISO 9001:2015 – ijanye no gukora ibintu neza, bitagira amakemwa.
🌱ISO 14001:2015 – ijanye no gukora ibintu hakingiwe ibidukikije.
🛡️ ISO 45001:2018 – ijanye no gukora ibintu hakingiwe amagara y’abantu no kubategekaniriza kazoza.

📢Yabasavye kubandanya bakora bisunga amategeko y’igihugu n’ay’amakungu yerekeye ibidukikije n’amagara y’abantu, no gutanga amakori kuko ari yo afasha mw’iterambere ry’igihugu.
Umwunganizi yateye kandi akamo yandi mashirahamwe akorera mu Burundi ngo afate akarorero ka ITRAPACK, yemere gukorana n’ibigo mpuzamakungu bisuzuma ibipimo ngenderwako kugira ngo tuzoshike muri ya mbonakazoza vyoroshe. Yibukije ko impapuro mpuzamakungu z’ubuziranenge zifasha gukora ibintu bitagira amakemwa, bigashobora gucuruzwa ku masoko mpuzamakungu, bigahiganwa n’ibindi, maze bikazanira igihugu amahera mva makungu. 🔥 Mashariki TV Akeza.net Radio-Télévision Isanganiro RTI Radio Voix d'Espoir - Ijwi Riremesha Itracom Holding Limited

🔹 𝐈𝐧𝐲𝐢𝐠𝐢𝐬𝐡𝐨 𝐳𝐨 𝐠𝐮𝐤𝐚𝐫𝐢𝐡𝐢𝐫𝐢𝐳𝐚 𝐮𝐛𝐰𝐞𝐧𝐠𝐞 𝐦𝐮 𝐛𝐢𝐣𝐚𝐧𝐲𝐞 𝐧’𝐮𝐛𝐮𝐭𝐚𝐫𝐞 🔹Ubushikiranganji muvyo bujejwe harimwo ubutare n’amakariyeri b...
29/07/2026

🔹 𝐈𝐧𝐲𝐢𝐠𝐢𝐬𝐡𝐨 𝐳𝐨 𝐠𝐮𝐤𝐚𝐫𝐢𝐡𝐢𝐫𝐢𝐳𝐚 𝐮𝐛𝐰𝐞𝐧𝐠𝐞 𝐦𝐮 𝐛𝐢𝐣𝐚𝐧𝐲𝐞 𝐧’𝐮𝐛𝐮𝐭𝐚𝐫𝐞 🔹
Ubushikiranganji muvyo bujejwe harimwo ubutare n’amakariyeri bubicishije m’ubuyobozi bukuru bw’igisata bushinzwe ivya hydrocarbures n’amabuye y’agaciro bwarateguye inyigisho zogukarisha ubwenge ku bijanye n’ubuhinga bwo kumenya ( identifier) ahantu hogucukura ubutare, kuva ku wa mbere igenekerezo rya 27 gushika ku wa gatanu igenekerezo rya 31 Mukakaro 2026 kw’ishure ry’ubuhinga n’imyuga rya (Cefore Rusi) riri mu ntara ya Gitega komine Shombo.

Ivyo birori vy’ugutanguza izo nyigisho vyuguruwe n’umuyobozi mukuru w’igisata gishinzwe ivya Hydrocarbures Aristide IGIRANEZA, yaserukiye umushikiranganji yafatiriwe n'ayandi mabanga, ari kumwe n’abahinga banonosoye ivy’ubutare n'agataka. Izo nyigisho zizomara iminsi itanu mu ntumbero yo gukarihiriza ubwenge abakozi bo murico gisata mu ma komine yose n'intara zitandukanye, n'abayobozi mu gisata kiraba ibijanye n’ubutare.
⛏️ ⚡ 🌍 🏫 🇧🇮 📘 🤝

28/07/2026

Address

QUARTIER KABONDO-Avenue DU 13 OCTOBRE N°6
Bujumbura
745

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Mrmeict posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share