Cndd-Fdd Province Muramvya

Cndd-Fdd Province Muramvya Nous sommes le Parti en Province Muramvya, parti vainqueur des Elections depuis 2005

05/06/2022
05/06/2022
Kuri uyu wa Gatandatu 04/06/2022, Nyakubahwa Umunyamabanga w'Umugambwe   mu Ntara ya     yifadikanije n'abenegihugu bo K...
05/06/2022

Kuri uyu wa Gatandatu 04/06/2022, Nyakubahwa Umunyamabanga w'Umugambwe mu Ntara ya yifadikanije n'abenegihugu bo Ku Mutumba wa mu bikorwa vyo guca ibarabara rihuza Bugarama n'uwo mutumba.
Twobamenyesha ko uwo mutumba atabarabara wari ufise riwuhuza n'iyindi mitumba

Mu bikorwa vyo kwinjira ingoro y'umugambwe   Ku mutumba wa  , Ubuserukizi bw'Umugambwe CnddFdd muri Komine bwakiriwe n'i...
18/12/2021

Mu bikorwa vyo kwinjira ingoro y'umugambwe Ku mutumba wa , Ubuserukizi bw'Umugambwe CnddFdd muri Komine bwakiriwe n'isinzi y'abagumyabanga bo kuri uwo Mutumba.

Imbere y'uko iyo Ngoro yinjirwa, Ubuserukizi bwabanje gutanga agashishiro Ku Bakenyererarugamba 2 babuze Abo bubakanye Ku mutumba wa Nyambo bongera bagarukira Ku Mbonerakure irwaye n'akare Abagumyabanga Bose turi umwe.

Mw'ijambo ryiwe Icegera c'Umunyamabanga w'Umugambwe muri Komine Bukeye yakeje Abagumyabanga yongera arabakengurukira kuko uwo mutumba niwo wama uba uwambere mu matora kuko bama baronka amajwi 100%.

🦅Icegeranyo c'ibikorwa vyo kuri uyu wa Gatandatu 06/11/2021
07/11/2021

🦅Icegeranyo c'ibikorwa vyo kuri uyu wa Gatandatu 06/11/2021

26/10/2021

Ku munsi w'ejo, muri Hôtel NINDE BRIGHT CENTER Nyakubahwa Umunyamabanga Mukuru w'Umugambwe yakoresheje inama Abanyamabanga b'Umugambwe CnddFdd mu Ntara zose zigize Igihugu hamwe n'Abarongoye Abakenyererarugamba.
Ivyo bafunditse tubishikirizwa na Nyakubahwa Umuvugizi w'Umugambwe CnddFdd Nyakubahwa Nancy Ninette Mutoni

24/10/2021

🦅
🦅

Umurwi w'imbonerakure ziga mu makaminuza witwa Royal niwo wafashije ku ryosha ibikorwa vy'iyo nama ihambaye.

🦅Urgent Ubuserukizi bw'Umugambwe   mu Ntara ya Muramvya biriko burakoresha Inama mu Ngagara kuri Permanence y'Igihugu ab...
24/10/2021

🦅Urgent

Ubuserukizi bw'Umugambwe mu Ntara ya Muramvya biriko burakoresha Inama mu Ngagara kuri Permanence y'Igihugu abakozi ba Reta n'Abikorera utwabo bari mu mu mugambwe CnddFdd b'imvukira mu ntumbero yo kurabira hamwe ibimaze kurangurwa n'ivyimirije kurangurwa mu minsi iri imbere.


Inyuma y'inama, Ubuserukizi bw'Umugambwe   mu Ntara ya   bwaciye butembereza uwo Mush*tsi w'iteka Nyakubahwa Col MANIRAM...
20/10/2021

Inyuma y'inama, Ubuserukizi bw'Umugambwe mu Ntara ya bwaciye butembereza uwo Mush*tsi w'iteka Nyakubahwa Col MANIRAMBONA Anastase mu kibanza c'iratiro ahasinyiwe amasezerano de hagati y'Umwami n'Abazungu ba ico gihe Uburundi niho bwatakaza ukwikukira.

Mu gitondo c'uno wa Gatatu,20/10/2021, Nyakubahwa Umunyamabanga Ntunganyabisata Ajejwe akarangamutima akaba mu mugambwe ...
20/10/2021

Mu gitondo c'uno wa Gatatu,20/10/2021, Nyakubahwa Umunyamabanga Ntunganyabisata Ajejwe akarangamutima akaba mu mugambwe n'Umuhetsi w'Intara ya Muramvya Col Anastase Manirambona yagendeye Komine aho yakoranije mu nama abagize Ubuserukizi bw'Umugambwe CnddFdd mu Ntara, muri iyo Komine n'imitumba iyigize mu ntumbero yo gukomeza amakoperative no kubandanya imyiteguro y'intsinzi.



🦅

Address

Muramvya
Muramvya

Telephone

+25769390613

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Cndd-Fdd Province Muramvya posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Organization

Send a message to Cndd-Fdd Province Muramvya:

Share