07/03/2026
๐ค๐ด ๐ง๐ฎ๐ : Leta yโu Burundi
Irahakana amakuru yโukwibwa ibihimba
Vyโirondoka, abantu 11 bakwiragije ivyo
Bihuha bamaze gufatwa. โ๏ธ
๐จ๐ฏ๐๐๐ต๐ถ๐ธ๐ถ๐ฟ๐ฎ๐ป๐ด๐ฎ๐ป๐ท๐ถ ๐ฏ๐โ๐๐ป๐๐๐ฎ๐ฟ๐ผ ๐๐ผ ๐๐ฎ๐ด๐ฎ๐๐ถ
๐ ๐ ๐๐ถ๐ต๐๐ด๐, Umutekano nโIterambere
Rusangi bwatangaje ko ata muntu
Nโumwe aratakaza igihimba cโirondoka
Canke amabere yiwe mu Burundi bivuye
Ku kuba akoziweko nโuwundi muntu. โ ๏ธ
Ubwo bushikiranganji bwasohoye iri
Tangazo kuri uyu wa 6 Ntwarante 2026
Kurubuga rwa X (rwahoze ari ๐๐ฐ๐ข๐ญ๐ญ๐๐ซ),
Mu ntumbero yo guhakana ibihuha vyari
Bimaze iminsi bikwiragira mu gihugu
Bivuga ko hari abantu bariko baribwa
Ibihimba vyโirondoka.
Nkโuko vyamenyeshejwe, abantu 11
Bakekwa ko ari bo batangaje canke
Bakwiragije ayo makuru yโibinyoma
Bamaze gufatwa nโinzego zโumutekano
Kugira bakurikiranwe nโubutungane.
Ubwo bushikiranganji burasaba abanya
Gihugu kwirinda gukwiragiza amakuru
Batizeye, kuko ibihuha nkโivyo bishobora
Guteza ubwoba, imvururu canke guhu
Ngabanya umutekano wโigihugu. ๐ข๐
Guy's ntiwibagire gukora kuyiri ๐๐
Mr Don divin