La Parole de Dieu

Call Website

La Parole de Dieu Évangélisation
🖥️

Wizeye lmana ntakintu nakimwe idashobora kugutabaramwo. Ikibazo nuko ushaka bibe kumwanya wawe, mugihe lmana ikorera kum...
10/28/2026

Wizeye lmana ntakintu nakimwe idashobora kugutabaramwo. Ikibazo nuko ushaka bibe kumwanya wawe, mugihe lmana ikorera kumwanya wayo 27:13 -Mba narihebuye iyo ntizera ko nzobonera ukugira neza kw'Uhoraho
Mw isi y'abakiriho.

''Ishavu ritagenzuwe rishobora kuvamwo urwanko''. ''Inzigo itagenzuwe ishobora kuvamwo kuroga''.
10/28/2026

''Ishavu ritagenzuwe rishobora kuvamwo urwanko''. ''Inzigo itagenzuwe ishobora kuvamwo kuroga''.

Yohana 11:40 -Yesu aramubgira, ati Sinakubgiye nti Ni wizera urabona ubgiza bg'Imana?
10/24/2026

Yohana 11:40 -Yesu aramubgira, ati Sinakubgiye nti Ni wizera urabona ubgiza bg'Imana?

Maman Buntu Pasteur Denise Nkurunziza   n'umwe mubavyeyi beza NDIHO yahaye u'Burundi🇧🇮 ati kubera iki? Aka kana mubona y...
10/20/2026

Maman Buntu Pasteur Denise Nkurunziza n'umwe mubavyeyi beza NDIHO yahaye u'Burundi🇧🇮 ati kubera iki? Aka kana mubona yari ateruye n'akana k'impfuvyi. Ariko raba ukuntu agateruranye umunezero, umutima w'ubugwaneza nk'umwana wiwe. Ni Buntu koko.

Aha akaba ari kw'irerero ry'impfuvyi yise UMUSAMARIYA W'IMBABAZI.

Bene Data dukunde abana b'impfuvyi, twibuke ko ari abana lmana ishirako umutima cane.
Iyo rero witayeho impfuvyi lmana birayinezera cane, bigakora k'umutima wayo.

Kubera iki biyinezera? Nuko iba ibonye umuntu afise umutima uhwanye nayo.

Kuvayo 22:22-23
Ntihaze hagire umupfakazi cank' impfuvyi mucuranguza. Ni mwagira ico mubacuranguzako na gitoya, bakantakambira, sinzobura kwumviriza ugutakamba kwabo;

Nimba ushaka ko unezereza umutima w'lmana, itaho impfuvyi.


10/20/2026

Ntibiba vyoroshe

Kuba uhaye uca mubigeragezo bivaho haza ibindi, suko lmana ikwanka oyaye. Nuko hari umugambi lmana ifise kubuza bwawe, m...
10/15/2026

Kuba uhaye uca mubigeragezo bivaho haza ibindi, suko lmana ikwanka oyaye. Nuko hari umugambi lmana ifise kubuza bwawe, murayo maruswa nyene uhaye ucamwo.
Nkuko tubibona muri

2 Ab'i Korinto 1:4
itwirura mu marushwa yacu yose, kugira ngo natwe tubone uko twirura imibabaro abari mu marushwa yose, tuyibiruza uko natwe twiruwe n'Imana.

Address

Canada, KS

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when La Parole de Dieu posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share

Category


Other Public Services in Canada

Show All