Cndd-fdd Commune Bubanza

Cndd-fdd Commune Bubanza Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Cndd-fdd Commune Bubanza, Political Party, RN9, Bubanza.

01/02/2026

Bubanza imbonakazoza bayumvise 100/100

02/04/2024
Bubanza:Aha ni ku mutumba mwiza wa Muhenga aho umunyamabanga w'umugambwe   arik'umwe  na biro yiwe baramutse bagendera i...
26/03/2024

Bubanza:
Aha ni ku mutumba mwiza wa Muhenga aho umunyamabanga w'umugambwe arik'umwe na biro yiwe baramutse bagendera imitumba itandukanye iri Muri zone Buvyuko yo muri komine yagutse ya kur'uy'umunsi wa kabiri 26/03/2024.
arongoye umugambwe mur'iyo komine yatanze impanuro nyinshi haba mumibano ,mumutekano atibagiye mukwitegurira amatora ya 2025.

Akaba yakebuye abagumyabanga bo kuri uyo mutumba kwama bafatanye munda haba mubibi canke mu vyiza birinde abobacanishamwo.

24/03/2024

Bubanza:
niwe agiye Guserukira abahumure bo muri komine yagutse ya mu mugambwe Cndd-Fdd Akaba asubiriye nawe yatorewe Guserukira abahumure bo mu Ntara yagutse ya .

Akaba yaragwaniye igihugu bimwe biboneka ubu Akaba Ari muzabukuru akarangwa n'uko atigera ananirwa mubikorwa.

tv

Bubanza:Kur'uyu wa kabiri igenerekezo rya 19/3/2024,Umunyamabanga w'Umugambwe   muri komine yagutse ya     arik'umwe nab...
19/03/2024

Bubanza:
Kur'uyu wa kabiri igenerekezo rya 19/3/2024,Umunyamabanga w'Umugambwe muri komine yagutse ya arik'umwe nabiro yose yaramutse agendera imitumba ya , na .
Akaba yaciye asozerera k'Umutumba wa aho hose yaciye Abagumyabanga bavuga ko amatora ya 2025 bazotora umugambwe CNDD-FDD 100%.
Mbe ahandi murikukivi mukwitegurira amatora tugiye kujamwo??I Bubanza ni 100%

Le parti  célèbre  , 3è Édition au stade INGOMA de  . Les cérémonies ont été rehaussées par S.E le Président de la Répub...
16/03/2024

Le parti célèbre , 3è Édition au stade INGOMA de . Les cérémonies ont été rehaussées par S.E le Président de la République du Burundi 🇧🇮🇧🇮🇧🇮 en même temps le Président du conseil des sages accompagné par

Bubanza:💠Kur'uyu wa 15/3, Ubuserukizi bw'umugambwe    muri komine ya Bubanza, bwaragendeye abagumyabanga bo ku mitumba y...
16/03/2024

Bubanza:
💠Kur'uyu wa 15/3, Ubuserukizi bw'umugambwe muri komine ya Bubanza, bwaragendeye abagumyabanga bo ku mitumba ya Kanazi ,Nyarusange na Musigati kugirango bayage ibijanye na politique, iterambere n'umutekano. Biyemeje kwama batora 💯% nkuko umutumba wa Kanazi wama watoye 100%

Murakoze muvyeyi wacu
16/03/2024

Murakoze muvyeyi wacu

Address

RN9
Bubanza
BUBANZA

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Cndd-fdd Commune Bubanza posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share