21/10/2025
Niharambe
Buri itariki 21/10 burimwaka Hama hahimbazwa umusi wokwibuka incungu ya demokarasi ivyo birori vyabaye mumakomine yose agize igihugu c'uburundi aha nimuri Aho hashizwe ingori zamashurwe Nindongozi zitandukanye akaba yashikirije ijambo abari bahari afatiye kumajambo incungu ya Demokarasi yakunze kuvuga bijanye na Demokarasi
Musomyi w'ibuka irihe jambo Incungu ya Demokarasi yakunda kuvuga