Office Burundais des Recettes

Office Burundais des Recettes L’Office Burundais des Recettes (OBR) en sigle est un établissement public semi-autonome de colle
(1)

Mu ntumbero yo kurushiriza gutunganiriza neza mu buhinga bugezweho, bwihuta kandi bworohereza abatanga amakori, ikigo OB...
20/08/2026

Mu ntumbero yo kurushiriza gutunganiriza neza mu buhinga bugezweho, bwihuta kandi bworohereza abatanga amakori, ikigo OBR kirabandanya guhinyanyura no guteza imbere uburyo gikoramwo mu gutunganiriza abacitura mu bikorwa bitandukanye biciye ku rubuga rwaco rwa e-KORI.

Urwo rubuga rutunganijwe ku buhinga bwa none buhanitse, aho ata muntu n’umwe ashobora kuruvogera ata burenganzira ahawe ndetse n’amakuru y’abatangakori akaba akingiwe ata nkomanzi.
Ifoto n’ibimenyetso ndangamuntu nta handi na hamwe bizokoreshwa atari kugira uronke inomero ndangamutangakori NIF gusa. Ivyo bimenyetso uzoba utanze ntivyigera bikwiragizwa canke ngo bikoreshwe ku zindi mvo izo arizo zose. Bibitswe ku buhinga buhanitse bwabigenewe ku buryo ata n’umwe yoshobora kubivogera.

Hamwe na e-KORI, ivyo bimenyetso ndangamuntu bifasha ibi bikurikira :
• Gukomeza ikingirwa ry’ibikuranga bibitswe mu buhinga bwa none
• Kwirinda ubusuma bw'abokwiyitirira
• Gukingira ikonti yawe mu kugira ibikuranga bikingiwe
• Kwemeza amashusho yawe ata makenga
• Gutuma ibikorwa vyawe vyo ku buhinga bwa none bikorerwa ahantu hatekanye ata nkomanzi

e-KORI, urubuga rwikwije mu nteguro yarwo mu kwankira uwo wese yoba agomba kwigana ingene rukora mu gushaka kwinjizamwo ibimenyetso ndangamuntu gushasha!

e-KORI _ umutekano w'amakuru yawe ni wo mwitwarariko wacu.

Peut-on facilement usurper votre identité ? Dans le cadre de la modernisation de ses services, l’OBR renforce la sécurit...
20/08/2026

Peut-on facilement usurper votre identité ?

Dans le cadre de la modernisation de ses services, l’OBR renforce la sécurité des démarches en ligne afin de mieux protéger l’identité numérique des usagers. Contrairement à certaines idées reçues, les données biométriques utilisées dans e-KORI ne sont pas conservées comme de simples images directement exploitables.
Elles sont protégées par des mécanismes de sécurité avancés, notamment le chiffrement, afin de limiter les risques d’accès non autorisé.

Avec e-KORI, la biométrie contribue à :
• Renforcer la protection de votre identité numérique
• Limiter les risques d’usurpation d’identité
• Sécuriser l’accès à votre compte grâce à des données protégées
• Offrir un environnement plus fiable pour vos démarches en ligne
Même en cas de tentative de piratage, il est extrêmement difficile de recréer une biométrie réelle à partir d’un modèle sécurisé.

e-KORI : des démarches en ligne sécurisées, loin des idées reçues.

Ce mercredi 19 août 2026, le Ministre des Finances, du Budget et de l’Economie Numérique, Alain Ndikumana, a effectué un...
20/08/2026

Ce mercredi 19 août 2026, le Ministre des Finances, du Budget et de l’Economie Numérique, Alain Ndikumana, a effectué une visite guidée du chantier qui abritera les futurs bureaux de l’Office Burundais des Recettes (OBR), situé à Kigobe. Cette visite avait pour objectif de s’enquérir de l’état d’avancement des travaux et de constater sur terrain les réalisations déjà effectuées.
Suspendus pendant une certaine période, les travaux devraient prochainement reprendre grâce à la mobilisation des ressources nécessaires à leur poursuite. Le Ministre des Finances a indiqué que le Gouvernement a prévu un budget permettant la relance des travaux et la poursuite de ce projet d’envergure.
Selon le Ministre Ndikumana, un montant initial de 34 millions de dollars américains avait été prévu pour la finalisation du chantier. Toutefois, l’arrêt des travaux ayant entraîné la nécessité d’un avenant au contrat, le coût global du projet a été révisé. Le ministre a ainsi précisé que le coût total du chantier s’élève désormais à 36 millions de dollars americains.
À ce stade, le maître d’ouvrage procède à la réhabilitation des infrastructures existantes, avant d’entamer la suite des travaux. Le niveau global de réalisation du chantier est actuellement estimé à environ 40 %, tandis que l’exécution budgétaire se situe autour de 36 %.
À l’issue de la visite, le Ministre des Finances a indiqué qu’il attend du maître d’ouvrage une proposition de feuille de route précisant les différentes étapes ainsi que les délais prévisionnels nécessaires à la finalisation du chantier.
Cette visite traduit ainsi l’attention accordée par le Gouvernement à la reprise et à l’achèvement de ce projet destiné à doter l’OBR d’infrastructures modernes et adaptées à ses missions.

18/08/2026

🖥️ Hamwe na e-KORI, iyandikishe ku buhinga ngurukanabumenyi bitagoranye intambwe ku yindi !
Ntibisaba kuba uri umuhinga wa cane mu gukoresha ivyuma bigezweho !
Kurikirana utwo dusinema, turagusigurira neza na neza uko bigenda kuri buri ntambwe yose kuva ku kwiyandikisha kugeza uronse urupapuro rutanga uruhusha rwo gutangura gukora.
👉 Kurikirana ako gakino ngereranyo hanyuma muraheza mubone uko bigenda itambwe ku yindi.
☎️ Woba ufise ikibazo? Hamagara ku buntu ku nomero 500, aho uzoronka abagufasha mu buryo bunyaruka.
Hamwe na e-KORI – Iyandikishe vyoroshe, mu buryo bwihuta kandi mu mutekano ntangere ! https://www.facebook.com/share/v/1aduwbEzXi/

18/08/2026

🖥️ Hamwe na e-KORI, iyandikishe ku buhinga ngurukanabumenyi bitagoranye intambwe ku yindi !
Ntibisaba kuba uri umuhinga wa cane mu gukoresha ivyuma bigezweho !
Kurikirana utwo dusinema, turagusigurira neza na neza uko bigenda kuri buri ntambwe yose kuva ku kwiyandikisha kugeza uronse urupapuro rutanga uruhusha rwo gutangura gukora.
👉 Kurikirana ako gakino ngereranyo hanyuma muraheza mubone uko bigenda itambwe ku yindi.
☎️ Woba ufise ikibazo? Hamagara ku buntu ku nomero 500, aho uzoronka abagufasha mu buryo bunyaruka.
Hamwe na e-KORI – Iyandikishe vyoroshe, mu buryo bwihuta kandi mu mutekano ntangere ! https://www.facebook.com/reel/1560383835825321/

18/08/2026

🖥️ Hamwe na e-KORI, iyandikishe ku buhinga ngurukanabumenyi bitagoranye intambwe ku yindi !
Ntibisaba kuba uri umuhinga wa cane mu gukoresha ivyuma bigezweho !
Kurikirana utwo dusinema, turagusigurira neza na neza uko bigenda kuri buri ntambwe yose kuva ku kwiyandikisha kugeza uronse urupapuro rutanga uruhusha rwo gutangura gukora.
👉 Kurikirana ako gakino ngereranyo hanyuma muraheza mubone uko bigenda itambwe ku yindi.
☎️ Woba ufise ikibazo? Hamagara ku buntu ku nomero 500, aho uzoronka abagufasha mu buryo bunyaruka.
Hamwe na e-KORI – Iyandikishe vyoroshe, mu buryo bwihuta kandi mu mutekano ntangere ! https://www.facebook.com/share/v/1Ed9wiMy8r/

Ikigo OBR kiramenyesha abatangakori bo ku rugero ruto na ruto cane ko ikiringo co kumenyesha amakori n'amatagisi y'ukwez...
17/08/2026

Ikigo OBR kiramenyesha abatangakori bo ku rugero ruto na ruto cane ko ikiringo co kumenyesha amakori n'amatagisi y'ukwezi kw'indwi 2O26 bakoresheje ubuhinga ngurukanabumenyi, congerejwe imisi itanu, gushika ku wa 24 myandagaro 2026.

L'Office Burundais des Recettes (OBR) porte à la connaissance des petits et micro-contribuables que la date limite de dé...
17/08/2026

L'Office Burundais des Recettes (OBR) porte à la connaissance des petits et micro-contribuables que la date limite de dépôt de la déclaration mensuelle en ligne relative au mois de juillet 2026 est prorogée de 5 jours ouvrables. La date limite est fixée au 24 août 2026.

14/08/2026

Ikigo kigiye gushiraho umuhora ufasha Umutangakori kumenya amafaranga ngereranyo y‘amakori n amatagisi ariha muri douane mugihe ashaka kwinjiza canke gushora ibidandazwa mu makungu.
Ivyo bije kworohereza abadandaza bitume batanga amakori n amatagisi biteguriye gutyo bikure impari zahora zibonekeza muri douane zifatiye ku makori n’amatagisi ya douane.
Ubwo buhinga butanga igiciro c ikidandazwa bwisunze uko amafaranga mvamakungu avujwa ku munsi ku rugezo rutangwa n ibanki nkuru
Ivyo vyashikirijwe kuruyu wa kane igenekerezo rya 13 Myandagaro mu nama yo kurabira hamwe ivyakozwe n’abahinga no kwemeza ishirwaho ry’ubwo buhinga. Bikaba vyari birongowe na komiseri ajejwe Douane Réverien BAHATI.

13/08/2026

🖥️ Ugurura ikonti yawe na e-KORI uce ukomeza wikurikiranira uko uriha amakori n’amatagisi bitagoranye !
Woba warusanganywe inomero ndangamutangakori canke ufise nshasha ? Aka karyo ntikagucike ! Kurikirana aka gakino ngereranyo uheze wirabire neza na neza uko bigenda mu kwugurura ikonti yawe uciye ku rubuga e-KORI intambwe ku yindi.
Muhejeje gufyonda mu mwanya muto, muca mushika aho mushobora kubona amakuru aberekeye kugira mubandanye n’ibijanye n’uko muriha amakori n’amatagisi, kwirabira ivyo usabwa gukora no gushobora kubandanya uvyuzuza ata muntu n’umwe wiriwe urasaba ngo agufashe.
👉 Kurikirane neza uko bigenda hanyuma mukurikize intambuko neza uko zikurikirana, isanamu ku yindi mwitonze.
Hoba hari ico wipfuza kubaza ? Hamagara ku buntu ku nomero 500 kugira babatunganirize.

Address

Avenue De La Tanzanie, Immeuble Virago/Tél : (+257) 22 28 21 32/
Bujumbura
B.P3465BUJUMBURAII

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Office Burundais des Recettes posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Organization

Send a message to Office Burundais des Recettes:

Shortcuts

Share