Naboti

Naboti Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Naboti, Library, Buja, Bujumbura.

Ubwirakabiri buritezwe kwigenekerezo rya 28/8/2026.Follow Naboti
01/08/2026

Ubwirakabiri buritezwe kwigenekerezo rya 28/8/2026.

Follow Naboti

None nk'ico cariko kirizwa n'uko gitashe gusa?🤔🤔Nikize iwacu, kirabe ukuntu turizwa no kubura amata n'ubuki muri Edeni😏😏
24/07/2026

None nk'ico cariko kirizwa n'uko gitashe gusa?🤔🤔
Nikize iwacu, kirabe ukuntu turizwa no kubura amata n'ubuki muri Edeni😏😏

17/07/2026
Sokwe! Ni ruze Final izoba le 19Mfise imyaka 19Nambara numéro 19Ndinde?Suivez nous Naboti
15/07/2026

Sokwe! Ni ruze
Final izoba le 19
Mfise imyaka 19
Nambara numéro 19

Ndinde?

Suivez nous Naboti

11/07/2026

⚽🟨 Wari ubizi? Ikarata umusifuzi atanga mu mupira w’amaguru ishobora gutwara amafaranga angana n’ayo kugura imodoka! 🚗💰
Abakunzi benshi b’umupira bibaza ko ikarita y’umuhondo ari imburi gusa.
Ariko mu vy’ukuri, itera n’ihadabu ry’amafaranga 💸, kandi si rito.
Nk'uko amategeko y’inyifato ya FIFA abitegekanya mu mahiganwa amwe amwe:
🟨 Ikarita y’umuhondo: ihadabu rya 10.000 CHF (amafaranga y’Ubusuwisi).
🟨🟥 Ikarita ya kabiri y’umuhondo, igakurikirwa n’iy’umutuku: ihadabu rya 15.000 CHF.
🟥 Ikarita itukura itanzwe ubwo nyene: ihadabu rya 20.000 CHF.
🤔 None ayo mafaranga arihwa na nde?
Si umukinyi.
👉 Arihwa n’ishirahamwe ry’umupira w’amaguru ry’igihugu c’uwo mukinyi.
Nk’akarorero, iyo umukinyi wa ekipe y’Uburundi ahanishijwe ikarata, ni Ishirahamwe ry’Umupira w’Amaguru ry’Uburundi (FFB) ririha ayo mafaranga.

Mu Gikombe c’Isi ca 2022 🌍🏆:
🟨 Hatanzwe amakarata y’umuhondo 227.
🟥 Hatanzwe amakarita atukura 4. Ubu, ayo makarita y’umuhondo yonyene yari gutuma harihwa amafaranga arenga miliyoni 2,3 CHF.
😲 Hari n’umukino umwe gusa watumye ihadabu riba rinini cane.
Umukino wa Argentina 🇦🇷 na Pays-Bas 🇳🇱 muri kimwe ca kane c’irangiza (quart de finale) watanzweko:
🟨 Amakarata y’umuhondo 18
🟥 Ikarata itukura 1
Ni umwe mu nkino zanditse amateka kubera amakarata menshi yatanzwe.
📌 Ni co gituma, igihe umusifuzi akuye ikarata mu mufuko wiwe, si ugutanga imburi gusa, ahubwo bishobora no gutuma ishirahamwe ry’umupira ririha ibihumbi vy’amafaranga mu kanya gato.

Pense à t’abonner pour développer ta culture entrepreneuriale, économique et business en 5 mn par jour.

Umbwire iyo photo Match bayifashemwo, nce ndakuriha ayo wayiravyeko
06/07/2026

Umbwire iyo photo Match bayifashemwo, nce ndakuriha ayo wayiravyeko

abaBo kaze
11/06/2026

abaBo kaze

Address

Buja
Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Naboti posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share

Category