Moses Rujegeza

Moses Rujegeza Advise of Life. 🌿🌷Impanuro y'ubu*ima🌿🌷 na Moses Rujegeza

Thanks for being a top engager and making it on to my weekly engagement list! 🎉 Diane Ndayisenga, Buravan Bj, Niyongabir...
07/08/2026

Thanks for being a top engager and making it on to my weekly engagement list! 🎉 Diane Ndayisenga, Buravan Bj, Niyongabire Sandrine, Obed Ruzgeza Ruzgeza, Nadine Irankunda, Irakoze T**i Thiago, Richard Rïrï Richard Ndayikengurukiye

06/08/2026

Ntakiri musi yizuba kitazogira iherezo .
Wizeye benshi
Wizeye vyinshi
Ariko ndaziko atanyungu wigeze ubona iva mukwizera ikiremwa muntu.

Igirire icizere wewe urekane namajambo yabantu kuko mwabo nyene mugendana harimwo abangushi ,ubabwira umugambi wawe bakawumanika kugira ntuwutangure.

Mr Rujegeza *ima

06/08/2026

IMPANURO N'AMAJAMBO Y'UBWENGE

✨ Ubwenge si ukumenya vyinshi gusa, ni ugukoresha neza ivyo u*i.

Ntureke ko amakosa wakoze ejo aguca intege uyu musi.
Yigireko, ubandanye urugendo.
Uwo wubaha igihe, nawe azokwubaha.
Igihe ni ubutunzi budasubira.
Ntugereranye ubu*ima bwawe n'ubw'abandi.
Umuntu wese afise urugendo rwiwe.
Amajambo meza arakiza imitima, ariko amajambo mabi arashobora kuyisenya.
Hitamwo kuvuga ivyubaka.
Intsinzi nyayo ntiva mu mahirwe gusa, iva ku kwihangana, gukora cane no kutadohoka.

Ibuka: "Uwihangana arashika iyaja.

Mr Rujegeza *ima

04/08/2026

Mr Rujegeza *ima

None urindiyiki gutunganya nuwomupfa ikintu uyumwanya??erega ahari abantu hama uruntu runtu .
Umva uwo mwankanye muhamagare mubiyageko urukundo rugaruke .

03/08/2026

Mr Mr Rujegeza *ima

Ntugatume uwaguhemukiye aguma yigarurira umutima wawe.

Umuntu yaguhaye agaciro ni we akwiriye umwanya mu bu*ima bwawe. Uwaguhemukiye, aho kuguma umwibukako no kubabazwa n'ivyo yagukoreye, hitamwo gukomeza ubu*ima bwawe.

02/08/2026

Mr Rujegeza *ima

Hari abantu bagutwengera imbere, ariko inyuma bakaguca intege. Hari n'abandi batavuga menshi, ariko bakagufasha igihe ubakeneye.

Ntucire urubanza abantu ku majambo bavuga gusa. Reba ibikorwa vyabo, kuko ni vyo vyerekana umutima wabo.

"Umuntu wese niyumve vuba, ariko atebe kuvuga." — Yakobo 1:19

💬 Mbwira mu gitekerezo: Woba warigeze gutangazwa n'umuntu wari wizeye canke n'uwagufashije utari witeze? ❤️ Nimba iyi mpanuro igufashije, yisangize n'abandi. *ima

Address

Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Moses Rujegeza posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share

Category