Commune Gisuru

Commune Gisuru Administration Communale

30/12/2021
30/12/2021
30/12/2021

Mwaramutse !! dufashe aka kanya ngo dukengurukire bivuye ku mutima umuvukakomine uyu musi atuye mu gihugu ca Australi, avuka ku mutumba Munyinya akaba azwi ku mazina ya Emmanuel NZEYIMANA.

Inyuma yo kwumva ko hari abenegihugu ushobora gusanga bafise amikoro make kugeza ku rugero rwo kudashobora kwigurira agakarata ko kwivurizako (CAM), yarahaye mwene abo ikarata zishika 100.

Itangwa ry'izo karata ryashigikiwe n'intumwa za komine tutibagiye abaserukira imitumba ya Rukobe na Munyinya mu nama ya Komine!!

Hagize n'uwundi yosahiriza ni ukubandanya dukenguruka. Murakoze

Amafoto 👇🏾

10/10/2021

Komine nziza ya GISURU irabahaye ikaze kugira muze murakwirikirana ibibera muri yo.
_______________
Aha hari kuri uyu wa Gatandatu igenekerezo rya 9/10/2021 aho abenegihugu isinzi bari basidukanye n'iyonka mu kwitabira ibikorwa rusangi vyo kwubaka uruzitiro rw'ibiro vya Komine GISURU.

Aho abenshi bakoresha ibikoresho bitandukanye nk'amaboko, amakinga, amamoto imiduga n'ibindi mu kwunguruza amabuye bayakura ku metero amajana ane bayazana ahagiye kwubakwa uruzitiro hakaba harimbwe n'umushinge.

10/10/2021

Kaze kuri page ya GISURU , imwe mu makomine agize intara nziza ya Ruyigi mu gihugu ciza c'Uburundi

Address

Gisuru

Opening Hours

Monday 07:30 - 15:30
Tuesday 07:30 - 15:30
Wednesday 07:30 - 15:30
Thursday 07:30 - 15:30
Friday 07:30 - 12:00

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Commune Gisuru posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share