Paeej-Burundi

Paeej-Burundi Programme d'Autonomisation Économique et d'Emploi des Jeunes

🎉 Turakeje urwaruka 3 rw'Inkerebutsi 2026 :🏆 Uwa mbere 1: Bosco Nzisabira, yakoze urugomero rw’umuyagankuba i Rwibaga. Y...
12/08/2026

🎉 Turakeje urwaruka 3 rw'Inkerebutsi 2026 :

🏆 Uwa mbere 1: Bosco Nzisabira, yakoze urugomero rw’umuyagankuba i Rwibaga. Yaronse imiriyoni 20 M z'amarundi.

🏆 Uwa kabiri : Umugwi ndangakaranga Indangaburundi. Waronse imiriyoni 15.

🏆 Uwa gatatu : Jackson Nsabiyumva, akora ifumbire akoresheje amaganga y’inkwavu. Yaronse imiriyoni 10.

💯 Tubibutse ko Inkerebutsi Day itunganywa, uko umwaka utashe, n'umugambi PAEEJ, mu ntumbero yo guhimbaza umunsi mpuzamakungu wahariwe urwaruka, uhimbazwa buri mwaka ku wa 12/08. Kuri iyi ncuro igira 4, imigambi 10 niyo yari mw'ihiganwa.

🥳 Inkerebutsi Day : ibirori vyo kwigina urwaruka rw'inkerebutsi vyatanguye kuri Jardin Public i Bujumbura.💯 Umujama w'ur...
12/08/2026

🥳 Inkerebutsi Day : ibirori vyo kwigina urwaruka rw'inkerebutsi vyatanguye kuri Jardin Public i Bujumbura.

💯 Umujama w'urwaruka, Nyenicubahiro Umukuru w'Igihugu ahagatiwe n'urwaruka ruvuye mu mihingo myinshi y'igihuhu. Bitegurwa n'umugambi Paeej-Burundi

🎬 Kurikirana ikibiriraho ibirori 👇

•SOUS LE HAUT PATRONAGE DE SON EXCELLENCE LE PRÉSIDENT DE LA RÉPUBL...

🥳 Muriteguye ku mugoroba udasanzwe wo kuri uyu wa gatatu? Inkerebutsi Show ibateguriye umugoroba w’akataraboneka wo guhi...
12/08/2026

🥳 Muriteguye ku mugoroba udasanzwe wo kuri uyu wa gatatu? Inkerebutsi Show ibateguriye umugoroba w’akataraboneka wo guhimbaza impano z’urwaruka rw’Uburundi n’Afurika.

📍 Ni kuri uyu wa gatatu, igenekerezo rya 12/08, kuri Jardin Public kuva isaha 12 zo ku mugoroba (18h)

😎 Wa muririmvyi rurangiramwa mukunda cane, Kidumu, azoba yahishikiye ! 🔥

🏆 Biza kuba inyuma y’ibirori vya "Inkerebutsi Day", igikorwa co guhimbaza urwaruka rwitwaye neza mu kurangura migambi.

🔥 Ntimutangwe ! Nta mpamvu yo gusiba kuko kwinjira ni ku buntu !

12/08/2026

🏆 Rwa rwaruka rwarushije abandi mu kwitunganiriza imigambi uyu mwaka, turabamenya mu masaha make gusa!

🥳 Inkerebutsi Day, igikorwa ntangere c’urwaruka rw’Uburundi n’Umujama wabo, Umukuru w'Igihugu, kiratangura isaha 8 zo ku muhingamo (14h) kuri Jardin Public, kuri uyu wa gatatu 12/08.

🌍 Murashobora kubikurikirana ikibiriraho kuri you tube ya PAEEJ.👇

https://youtube.com/?si=9--OPg0S-HMSPoi1

💫 Ca kiyago gihuza urwaruka n'abakenyezi bavuye mu mihingo myinshi ya Africa catanguye kur'uyu wa mbere, 10/08, i Bujumb...
10/08/2026

💫 Ca kiyago gihuza urwaruka n'abakenyezi bavuye mu mihingo myinshi ya Africa catanguye kur'uyu wa mbere, 10/08, i Bujumbura, ku Kirimba i Kiriri.

💯 Nyenicubahiro Umukuru w'Igihugu yahishikiye kuyaga n'urwaruka ku ruhara rwabo mu guharanira amahoro n'umutekano.

🎬 Kurikirana ikibiriraho ibirori kur'urwo rubuga rwa PAEEJ rwa You tube. 👇

DIALOGUE CONTINENTAL SUR LES JEUNES/FEMMES, PAIX ET SECURITE 5ème E...

08/08/2026

🏆 Inkerebutsi Day / Amatora

Imigambi itatu y'urwaruka rw'inkerebutsi rwitwaye neza kurusha abandi, izoronswa agashimwe na Nyenicubahiro Umukuru w'Igihugu, muri vya birori vyo kur'uyu wa gatatu 12/8/2026, kuri Jardin public.

Iyo migambi itatu izotorwa muri cumi iriko irahiganwa, akaba ariyo tugira tubereke. Amajwi ya mwebwe mudukurikirana hano ku rubuga azokoreshwa iruhande y'amatora y'umurwi uzoshigwaho (jury).

Raba iyi migambi cumi hama ufyonde "like"/"j'aime" ku mugambi umwe utoye. Imigambi izoronka ama j'aime/like menshi niyo izoba yarushije iyindi.

10. ISHIMWE Marvine , ategura ibibanza biberamwo imanza n’ibirori.

08/08/2026

🏆 Inkerebutsi Day / Amatora

Imigambi itatu y'urwaruka rw'inkerebutsi rwitwaye neza kurusha abandi, izoronswa agashimwe na Nyenicubahiro Umukuru w'Igihugu, muri vya birori vyo kur'uyu wa gatatu 12/8/2026, kuri Jardin public.

Iyo migambi itatu izotorwa muri cumi iriko irahiganwa, akaba ariyo tugira tubereke. Amajwi ya mwebwe mudukurikirana hano ku rubuga azokoreshwa iruhande y'amatora y'umurwi uzoshigwaho (jury).

Raba iyi migambi cumi hama ufyonde "like"/"j'aime" ku mugambi umwe utoye. Imigambi izoronka ama j'aime/like menshi niyo izoba yarushije iyindi.

9. NISHIMWE Euphrem , atembereza ingenzi.

8. SIBONDAVYI Alexis, ahinyanyura amasanamu ahayagiza igihugu c’Uburundi.

08/08/2026

🏆 Inkerebutsi Day / Amatora

Imigambi itatu y'urwaruka rw'inkerebutsi rwitwaye neza kurusha abandi, izoronswa agashimwe na Nyenicubahiro Umukuru w'Igihugu, muri vya birori vyo kur'uyu wa gatatu 12/8/2026, kuri Jardin public.

Iyo migambi itatu izotorwa muri cumi iriko irahiganwa, akaba ariyo tugira tubereke. Amajwi ya mwebwe mudukurikirana hano ku rubuga azokoreshwa iruhande y'amatora y'umurwi uzoshigwaho (jury).

Raba iyi migambi cumi hama ufyonde "like"/"j'aime" ku mugambi umwe utoye. Imigambi izoronka ama j'aime/like menshi niyo izoba yarushije iyindi.

7. Greening Burundi, bakingira ibidukikije mu gutera ibiti, Bubanza.

08/08/2026

🏆 Inkerebutsi Day / Amatora

Imigambi itatu y'urwaruka rw'inkerebutsi rwitwaye neza kurusha abandi, izoronswa agashimwe na Nyenicubahiro Umukuru w'Igihugu, muri vya birori vyo kur'uyu wa gatatu 12/8/2026, kuri Jardin public.

Iyo migambi itatu izotorwa muri cumi iriko irahiganwa, akaba ariyo tugira tubereke. Amajwi ya mwebwe mudukurikirana hano ku rubuga azokoreshwa iruhande y'amatora y'umurwi uzoshigwaho (jury).

Raba iyi migambi cumi hama ufyonde "like"/"j'aime" ku mugambi umwe utoye. Imigambi izoronka ama j'aime/like menshi niyo izoba yarushije iyindi.

6. NININAHAZWE Francine, ahingura ama plastiques. Bujumbura mairie.

Address

Quartier Bwoga
Gitega

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Paeej-Burundi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share