24/11/2025
Umwihweje Neza Ucubona Nezako Uyumugore Afise Akanyaro, Agomba GUFATA Amabanga Y'Igihugu Nkuko Nkuko Afata Amabanga CA Evariste Ndayishimiye, Uyumukecuru Afise Umunwa Usongoye Nkumuhoro, Ndabira Iribara, Mwizosi Yambaye Imigufu Nkirya Bunyoni Yahora Agura Imiriyaridi Z'Amafaranga ya Barundi Ndabira Nkuntoki Hiwe Yambaye Impeta Nkuko Womenga Nakamikazi Ko 2025, Ariko Rero Tubivuge Tubisubiremwo Nkahamwe Uyumukecuru Atokwicarirwa Azosiga Ikigega c'Igihugu Acogoroje, Amafaranga Y Igihugu Azoyahereza Mukwisiga Zazu Kugira Ashimishe Evariste Ndayishimiye.
IGIHUGU CU BURUNDI KIZOSIGARA GIFISE UBUTUNZI MUNYAMBARO YA ANGELINE NDAYISHIMIYE.
MUGIRE IGITONDO CIZA.