02/09/2026
Politiki ya EAC kuba uri umunyepolitike womurako karere vyonyene, uyo n'umuywaro utwara uwutwaye nabi ukagutwara mumosha mabi.
William Rutto ivyoyaheruka gutangaza atanameze 3 arahera ubu yabihinduye.
Kuva kwigenekerezo rya 07.nyakanga, ntamubtamahanga arekuruwe gukora business murikenya.
Ubundibwo insiguro yiryojambo yavuze, n'uko abanyamahanga bosubira iwabo.
Ako iko kajagari karangwa muri Afrika yepfo aho abanyamahanga batotezwa abatware barorera bakinumira ivyo bikaba atacamira.
Kurundi ruhande nk'Abarundu bari mumahanga iyongingo jewe ndayishima kuko harabarundi bamwe bamwe babaye abashumba munzira batari biteze kubera intwaro mbi ya .
Kubwivyo kucifuzo canje kungungo Ruto yafashe iyo abija inama n'amakungu kugirango zina murundi ahari hose mumahanga bamwereke inzira y'amajambere, vyonryohera kuko iyongingo ntihobura ikintu ivamwo kandi c'inyungu yatwese kubera intwaro ya Cndd-Fdd ndasubiyemwo kubera intwaro y'abasemudede ntankindi kintu irigukora atari: urudandanzwa gw'abantu, kwirukanga inyuma yabo badahuje ivy'iyumviro, guturira amasoko, kunyuruza hamwe n'ubwicanyi tutibagiye ubusuma.
Ngiye kwandikira union European kugirango zina murundi wese afatigwe ingingo zihambaye iyari kugirango bikunde yibwirize icokurikira ngo Uburundi abubone gusumba Union European kuko on dit l'union fait la force.
Tanzania nkuko wirukanye impunzi n'Abarundi, bikore nkuko Samuel Ruto yabikoze kugirango Abarundi basabgiriye mumahanga baze turinderere hamwe Intahe yokwikukira twikureko izintwaro zamagaburanyama zokuva muri 1969.